/akarahabutaka

script itora inzira umuntu yokoresha kugira akine SpeedCube

Primary LanguagePython

challenge nahawe n'abantu babiri aribo

  1. TITITOF
  2. LIONEL

Yo gukora code itorera inyishu aka kantu nkaheza imbere y'itariki 10 ndamukiza 2023 speedcube

09 Ndamukiza 2023 15h43 challenge ndayiheje

Gusa ndabonye ko nshobora kwoptimiza code mu kugira caching ishingiye kuri resultats za back-propagation Ngomba ndabigerageze.